IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Abagabo cumi bafatiwe ku Mutakura basabiwe umunyororo w’imyaka (...)

Abagabo cumi bafatiwe ku Mutakura basabiwe umunyororo w’imyaka itanu

dimanche 18 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Abagabo cumi bafatiwe muri zone ya Mutakura kw’igenekerezo rya 2 Gitugutu 2016 barengutse muri Sentare yegukira komine Ntahangwa, kuri uwu wa gatanu. Bose bagirizwa ugushaka guhungabanya umutekano w’igihugu. Sentare yabasabiye umunyororo w’imyaka itanu, hamwe n’ihadabu ry’amafaranga ibihumbi ijana.

Ababuranira abo basabiwe ico gihano basaba ko abo bagabo borekurwa, kuko ivyo bafashwe barimwo bidahuye n’ivyo bagirizwa. urubanza rwabo rwashizwe mu mwiherero, rukaba ruzosomwa mu kwezi kumwe.

IGIHE

Messages

  • Nibihangane,umugabo,arinda,akaje.Nimbababarenganije,nibunguruze,mugabo.Uriwe,ninzoka,ntiwokwitwara,kwisato.Emwe,bazoba,bambarira,kobarutsinze!

  • Hasigaye Ubucamanza Bw’ Imana Nayo Ubwo Ngah Kwisi Buteye Agahinda.Nibihangane Ntamvura Idahita.

  • None ngahiwacu aracarintahe! intahe yarangiye hasigaye kwica gusa nico ceze ngaha muburundi.

  • Ntawovuga ko atari ukwihora kuvyabaye ku ntwaro zahitiye mumyaka iheze, kuko ngo iyo uteye umupira kuruhome ukugarukako.
    Uru rwaruka ruriko rurazira ivyo abavyeyi bakoze, des bavures, des erreurs bitagira uko bingana.
    Ico gihe dans l’autre camp, ariyo iyi equipe itwara ubu, ikaba ico gihe ariyo yakubagurwa ico gihe, ico gihe nyene, amakungu ntiyari bwaronke ububasha n’ubushobozi bwo kuja arasukamwo mabisi yarmira nkubu.
    Ari naco gituma ubu, equipe itwara ubu igenda buhorobuhoro, irabikora ku ruyeri, ihakana, ariko kurwego ruto cane, bikagenda birakoreka. Kuburyo nuwuvuye hanze atamenya na kimwe.
    Tuvugane ukuri.
    Erega aba batwara si abamarayika bo mw’ijuru, ngo bitwe ababibagira burundu ivyo bari barahunze, bakagorerwa mw’ishamba! Umuntu ahaze amerewe neza aribagira (akarorero nka Buyoya yararyohewe aribagira) ariko uwagowe aka mererwa nabi, niyo yogoroye aguma avyibuka avuga ati icompa sinsubire iyo nahora.
    Mbe ko hari abatutsi bobo, bakubaguwe nabi cane nizo ntwaro zaheze, bazira intara bavamwo, gushika nubu bakaba basa nabahengamira kurabo batwara ubu? ari naco giha inguvu iyi ntwaro yubu!
    Umututsi azoja aho asemerere ngo ihonyabwoko, hace hahaguruka uwundi mututsi nkawe ati ntahonyabwoko rihari, none wumva ivy’Uburundi bitarimwo amananiza? Abo bahuza bo hanze wumva bazoshika guki? Jewe ndi Umutegetsi wubu, notumako abari hanze bose, ababi n’abeza nkabaha ico bafungura, nkabakuramwo ubwoba, mbere nkarahira kondabahariye, bakaza tukabana, aho, amahoro yoca arama mu Burundi.

  • KURi iyiminsi mikur bagomb baduhungabaniriz umutekano? ingabo z,iburund mube maso! ico tubakundir n,uko mudasinzir.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.