IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Abaherutse kugenwa mu murwi CENI barahiye murayo mabanga

Abaherutse kugenwa mu murwi CENI barahiye murayo mabanga

Tuesday 18 September 2018, by vianney

Mu kurahira abo bagize umurwi umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora ukuboko kw’ibubamfu kwari gufashe ibendera ry’igihugu ni ry’ubumwe bw’Abarundi.

Mu majambo bagiye barasubiramwo bavuga ko bagiye kurangura neza ibikorwa bajejwe na cane cane gutunganya amatora ataho bahengamiye.


IGIHE

Forum posts

  • Baba abarahiye canke ababarahije, bose nico kimwe nibo badushize mu kaga duhitiyemwo nta cizere tubafitiye. Iyo bataba bo ubu Abarundi tuba twitekaniye.

  • ahubwo amatora yansekugera ngo twereke abazungu ko dushoboye?nyakwubahwa wacu hamwe n’abandi baturongoye na cane cane twebwe abagumyabanga,guma kw’ivora abarundi b’abagumyabanga tubari inyuma dufadikanije n’Imana yo y’abagumyabanga ok ntitubaha

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.