Bururi : Umuyobozi w’ibibanza bikingiwe yahawe agashimwe n’ibanki y’isi

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 19 juin 2018 saa 02:31
15135
0 0

Umuyobozi w’ibibanza bikingiwe mu ntara ya Bururi yarahawe agashimwe n’ibanki y’isi kubera ibikorwa vyo gukingira ibinyabuzima biba muri iryo shamba rikingiwe riri mu ntara ya Bururi.

Léonidas NZIGIYIMPA yahawe ako gashimwe katanzwe n’ibanki y’isi, kuwa kane igenekerezo rya 14 Ruheshi 2018, kuri kaminuza Georges Washington mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Uwo muyobozi yahawe ako gashimwe kubera kandi igikorwa yakoze mu gufasha abatwa abaha akazi muri ico kibanza, ivyatumye abo batwa bashobora kwigurira amatongo bubakamwo, mu gihe basanzwe bari mu bafise ikibazo c’uburaro.


Kumenyekanisha

1
masabo 20-06-2018 à 07:20

namukeje cane, nabandanye uko,akore ateza imbere igihugu n’abakibamwo.toutes mes felicitationd

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha