Kirundo: Imvubu yatowe yapfuye ku kiyaga Rweru

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 13 January 2018 saa 01:00
Yasomwe :
0 0

Imvubu yapfuye yaratowe kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 12 Nzero 2018, mu ntara ya Kirundo, ku kiyaga Rweru kigabura igihugu c’Uburundi n’Urwanda.

Amakuru ava mu Kirundo amenyesha ko iyo mvubu ibaye iya kabiri itowe yapfuye mu minsi ibiri ikurikirana, inyuma y’iyindi yatowe kuwa kane igenekerezo rya 11 Nzero 2018.

Abakurikiranira hafi ibidukikije bamenyesha ko igituma izo mvubu zipfa kitaramenyekana.


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha