Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Amakuru \BB Ibidukikije
Cibitoke-Mugina : Amazu n’imirima vyononywe n’imvura nyinshi yaguye
Yanditswe taliki ya 11-12-2017 - isaha 11:03'

Amakuru ava i Buganda amenyesha ko mu vyononekaye harimwo amazu yo kubamwo yasambuwe n’iyo mvura, hamwe n’insengero zabomotse zihitanywe n’umuyaga.

Ayo makuru nyene amenyesha ko imirima nayo yononekaye, ababa ku murwa mukuru wa Komine Mugina bagasaba ko abagiraneza bobagarukirako, kuko bamwe batabona ingene bagiye kubandanya kubaho.

Ivyiyumviro vyanyu

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.