IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Ikoh Multiservice : Ururirimbo rwa 4 rwashizwe ahabona

Ikoh Multiservice : Ururirimbo rwa 4 rwashizwe ahabona

mardi 25 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Inyuma y’amezi atandatu ibikorwa c’umugambi "U’ll Love Changes Volume2" bitangujwe, ururirimbo rwa kane rwasohotse. "U’ll Love Changes Vol2" nirwo ruririmbo rwasohowe kandi rukozwe n’abaririmvyi batatu bariko bakora muri uwo mugambi. Iryo zina ry’ururirimbo niryo kandi ryaciye rwitirwa urukurikirane rw’indirimbo zizorujamwo.

Ikoriciza Haruna aserukira Ikoh Multiservice avuga ko urwo ruririmbo ruje kandi gushimira abakunzi ba Ikoh n’umuziki ndundi ko baguma bakurikirana iyo ibikorwa bigeze.

Urwo ruririmbo rwasohotse inyuma y’izindi zakozwe n’abaririmvyi Franck Duniano, Emery Sun na Double Jay. Izo nazo ni izi zikurikira :

1. Ndakurwaye : Emery Sun,
2. Burundi Bwacu : Franck Duniano na Chany Queen,
3. Ntancike: Double Jay.

Umviriza ururirimbo U’ll Love Changes" rwaririmbwe n’abaririmvyi Emery Sun, Double Jay na Franck Duniano.


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.