Isanamu "Paradise" ya Madiba yasohotse

Yanditswe na Cherif NKESHIMANA
Kuya 2 Myandagaro 2017 saa 12:57
Yasomwe : 3564
0 0

"Paradise" ni vidéo y’umuririmvyi akiri muto, ariwe Madiba, aho aririmba kwibera mw’i paradizo we n’umukunzi wiwe.

Video igira kabiri y’umuririmvyi Madiba "Tha Classic" ihejeje gusohoka. Iyo sanamu yitwa "Paradise".

Muri iyo sanamu, Madiba ahamagarira umukunzi wiwe kuamwegere maze amwereke urukundo mpuzamakungu.

Iyo sanamu ije ikurikira iyaheruka yise " She Says Yes".

Inyuma yo gushira ahabona iyo vidéo, Madiba yavuze ko ayituye Abakunzi biwe n’Abarundi aho bari hose, eka n’abanyamahanga.

Iyo Video yakozwe n’umuhinyanyuzi Amini Bybee.

Umviriza wongere wirabire vidéo ya "paradise"


Kumenyekanisha

1
Kll 2-08-2017 à 15:15

Matope mtupu!

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha