IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ibidukikije > Nyabikere : Amashure 14 yabomowe n’imvura

Nyabikere : Amashure 14 yabomowe n’imvura

lundi 6 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Imvura yaguye mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana muri komine Nyabikere, intara ya Karusi yabomoye inyubakwa z’amabati zigera kuri 60, hamwe n’imirima yononekaye. N’amakaye hamwe n’ibitabu vy’abanyeshure bo kwi’ishure shingiro ry’iyo komine.

Mu gihe muri ivyo vyononekaye harimwo amashure, vyatumye ivyigwa bihungabana ku mashure yakozweko n’iyo mvura.

Musitanteri wa komine Nyabikere, Leonidas NAKUMURYANGO asaba ababishoboye ko bofasha abo banyagihugu, hamwe n’abanyeshure babaye barahagarika ivyigwa.

Amashure agera kuri 14 niyo yononekaye.


IGIHE

Messages

  • Unwanditsi Araho nawe ararangaje!
    Kubina ananirwa gushiraho ifoto yabimwe muvyononekaye kandibiriho!!!

  • iciyumviro.none ubu ntabanyeshuri bozosubira kwiga?leta yuburundi nisanure izonyubakwa hanyuma bongere bafashe abanyagihugu bomwiyo ntara .bongere baba himirize mugutera imbingo kumikobeko babone kurwanya inkukura .

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.