Advertisement
Kumenyekanisha
  IGIHE.bi \BB Kwidagadura
Kigali : Umurundikazi yatsindiye kuba Top Super Model
Yanditswe taliki ya 9-11-2015 - isaha 10:21' na IGIHE

Kaneza Lynca Amanda, umwigeme w’umurundikazi w’imyaka 19 niwe yatowe nk’umunyamideri wa mbere mu Rwanda. Niwe agiye kuza araserukira Urwanda mu mahanga mu berekana imideri.

Kaneza Lynca Amanda yatowe mw’ijoro ryo kuwa gatanu igenekerezo rya 6 Munyonyo 2015. Niwe yashimwe nk’umukobwa arusha abandi mu kwerekana imideri mu Rwanda, akaba ari nawe azohora aserukira igihugu c’Urwanda mu mahiganwa mpuzamakungu y’imideri.

Lynca Amanda Kaneza yavukiye i Bujumbura muri komine ya Cibitoke mu Burundi mu mwaka w’1996. Ni umwana wa gatanu mu muryango w’abana batandatu avukamwo. Kuva mu kwezi kwa gatanu, Kaneza Lynca Amanda n’umuryango wiwe baba mu gihugu c’Urwanda kubera umutekano muke Uburundi burimwo.

Ubuyobozi bwa Kigali Fashion House ari nabwo bwateguye ayo mahiganwa, bwavuze ko Kaneza Lynca Amanda ariwe abaye Top Super Model wa mbere w’Urwanda.

Umunezero mwinshi watumye Kaneza Lynca Amanda arira (Amafoto)

Ivyiyumviro vyanyu

lynca j te félicite ndakwemera kuva kera wamanye ingabirano idasanzwe ndakuzi neza warubikwiye kuva 1 ère année primaire wamanye ibintu bitandukanye n’abandi kumeza urugendo mwana uhorane wa mutima mwiza

13.03.2016 à 21:45
iteka elsie

Nine saw a vrt

15.01.2016 à 10:39
ndayikeza eric

Ihangane sha udutwengere ahubwo !

13.11.2015 à 11:56
kwihangana

komeza guhesha izina igihugu caw tukurinyuma

13.11.2015 à 05:41
nduwimana elvis

ariko murikumva uburyo izi njinji zabarundi zigira amacakubiri yamoko fashion model ihuriyehe namoko ? mufelecite umukobwa wanyu kuko afite impano nimumubonemwo ubututsi , sha mufunze imitwe kabisa ndabibonye rwose twebwe abanyarwanda haraho twavuye naho turikujya bravoooo Rwanda.

10.11.2015 à 22:07
big up

j,aime

10.11.2015 à 21:39
mugisha

Imana itabareabanyarwanda abarundi abatutsi abahutu bose babane amahoro. Uyu mwigeme nabandanye aca agera kure rwose ni byiza ariko turapfa iki abana ba muntu mureke tubane amahoro abategeka bategeke mu mahoro abanyagihugu tubane mu mahoro dutere imbere

10.11.2015 à 15:17
Dumbuli

URI UMUBESHI NIVYIZA KUBA YATSINDIYE ICO KIBANZA ARIKO IVYO VYUKO YAVUKANYE IMBUTO NIVYO WIYONGEREREYEKO BURYA N ABAHUTU BARABA BEZA KANDI BARACIYE UBWENGE . WEWE WUZUYE AMACAKUBIRI IMANA IGUHARIRE

10.11.2015 à 14:21
BECKY

Ndahimbawe ko uyu mwigeme ahojejwe amarira n’impano NYAGASANI yamuremanye. Ubuhungiro buvuyemwe opportunité de visibilité n’ubwo bibabaje kwitwa impunzi, iyo chance atari yiteze na gato idugije confiance en la providence et en elle même. Vyose bishobora guhinduka !!! Imana icisha buri muntu wese mu nzira yamuteguriye .Sincères félicitations ma soeur Lynca.

10.11.2015 à 11:39
Jean Bosco Ndayishimiye

niryan gusa zitahera nayahandi uburundi burimwo abantu baciy ubwenge,ndakej KANEZA kutsinzi yironk na can can kwabay uwambere nomu gihugu atarico yavukiyemwo ,ndamwipfurij kubandanya

10.11.2015 à 11:19
kabura etienne

Oya sumunezero utumye arira ahubwo nagahinda kubona ivyo bitabereye mugihugu ciwe camavuko harya nagahinda kubona agiye guserukira igihugu c’urwanda kandi atarigihugu camwibarutse hama iyo miringoti yabategetsi iri muburundi ko mbona abo mwirukako aribo bandikisha amateka mumakungu none nka Peter numwana wiwe ntiyoruha amushira kurubuga ngo bamubone kuko ni surambaya hama akaza araturatuza abo bana bavukanye imbuto sha ntaco, Mukobwa wacu imana izoguhezagire aho uzoba uri hose uzobane nayo kandi usenga kugira ibintu bihinduke muburundi hama muyindi myaka uzoserukire uburundi bwatwibarutse

10.11.2015 à 10:48
Ntibabona

congs mukobwa mwiza courage kandi,abarundi mwirirwa mutuka urwanda bibahe isomo,twe amacakubiri twarayasize inyuma ushoboye arakora tutitaye kuwo uriwe twe tumeze nkabanyamerika,mwe mushire umupira hasi wirondakoko,irondakarere kuko aho bizobageza nukubasubiza inyuma ntahandi,hari umunyarwanda yoja mwihiganwa agatsinda ko mwoca mumwica,abagome gusa bijuju,ntanakimwe mufise kuburyo mwokwibana,muzi ubwenge mwigire kurwanda mudukore inshuti,injiji,abanebwe abicanyi buze tubereke uko twageze kumahoro,abarundi bazima mukomeze musenge cyane kandi murwanya ikibi kuko satani yarahagurukiye igihugu canyu,peace and lv.

9.11.2015 à 16:47
kags

Uyu mwari ndamusabira ko mwamushyira ku bidandazwa byoherezwa mu mahanga par ex. coffee and tea hanyuma murebe ukuntu ama devise yinjira kubera umugisha uyu mututsikazi afite

9.11.2015 à 15:12
TUZABUTABARA

Ayo Mosozi Y’umunezero N’abere Umugisha Igihugu Caw.

9.11.2015 à 13:17
Diane

Felicitation mwana,nurire kubera umunezero kanatsinda nkurumbi yaraguhushije,komera IMANA igufashe ubandanye natwe tukiri muburundi mudusengere.

9.11.2015 à 11:53
Falcon

Courage naho Imana idatabarira lynca nukuyishima mubihe vyose.ndagukeje murundikaz wiwacu uduteyiteka naho tutari mubih vyoroshe

9.11.2015 à 11:53
alide

Felicitations mwigeme wacu.

9.11.2015 à 11:48
gaciyubwenge

Aho mwana wiwacu. Komera ugume utera uja imbere nkumuzinga. Abifuza gutanga parcelle wanyu KUNTERAHAMWE babone ko bakora ubusa.Hanyuma iyo mihimbiri y- aba genocidaire izopfe yangara nka Gahini

9.11.2015 à 11:13
Gaston Nibigira

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.