RTNB yahagaritse kuvuza indirimbo z’abaririmvyi b’abanyarwanda

Yanditswe na IGIHE
Kuya 24 juillet 2015 saa 06:32
Yasomwe : 114624
0 0

Iradiyo n’imboneshakure vy’Uburundi RTNB vyahagaritse gushikiriza indirimbo izo arizo zose z’abaririmvyi b’Abanyarwanda n’izindi zose zifitaniye isano n’Urwanda.
Umuyobozi Mukuru wa Radiyo n’imboneshakure vy’igihugu (RTNB : Radio Television Nationale du Burundi ), Jérôme Nzokirantevye, yategetse ko ata ndirimbo n’imwe y’umuririmvyi wo mu Rwanda izosubira kuvuzwa kw’iradiyo n’imboneshakure vy’igihugu uko yoba iri kwose harimwo n’indirimbo zo guhimbaza Imana.
Ibi bibaye inyuma y’iminsi mike, (...)

Ibi bibaye inyuma y’iminsi mike, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu , Alain Aimé Nyamitwe, amenyesheje ko abafashwe mu gitero cabaye mu buraruko bw’Uburundi bemeye ko bagiriye imyimenyerezo ya gisirikare mu gihugu c’Urwanda,kandi ko abategetsi batatu mu gisirikare bagomvye gutembagaza ubutegetsi bari mu Rwanda.

Mwomenya ko indirimbo z’abaririmvyi bo mu gihugu c’Urwanda ziri mu zikunzwe cane mu Burundi.

Kumenyekanisha

1
Philbert" 16-05-2017 à 22:56

Kotwakunda Izo Ndirimbo Zomugw Mugwand Bizogendagt ?

2
Josue Gprys Nyabushobozi 2-09-2016 à 20:03

Abarundi Bimwe Vyaturambiye Vyerekeye Urwanda Ivyo Biratunejeje.

3
bizoza joseph 26-07-2016 à 22:05

reka ni mwikawushe kuko bituma uburundi tugira abansi benshi kandi vyerekana ko ivyo bihano bihawe abarundi.mbega si nka wamwana atagira indero yabwiye uwundi ngo ndagusuriye kandi nawe nyene anukigwa ? indirimbo zihayagiza urwanda zikuremwo birumvikana kuko yoba ari kutwishimako.

4
bizoza joseph 26-07-2016 à 22:04

reka ni mwikawushe kuko bituma uburundi tugira abansi benshi kandi vyerekana ko ivyo bihano bihawe abarundi.mbega si nka wamwana atagira indero yabwiye uwundi ngo ndagusuriye kandi nawe nyene anukigwa ? indirimbo zihayagiza urwanda zikuremwo birumvikana kuko yoba ari kutwishimako.

5
Gahugukimana Burundi 24-07-2016 à 18:09

Baririmvyi babanyarwanda, twebwe abarundi turabaremesheje, turabakunda cane cane. Turabakunda twese ubwoko bwose abahutu abatutsi abatwa. Vous êtes nos frères tuzobumviriza twongere tubumvirize kuko muraryosha umudiho. Turabamenyesheje yuko hutu, tutsi, twa nouvelle génération turanka amacakubiri muzodushigikire, mudushire mumasengesho yanyu ubutegetsi bwacu bufise ingorane abanyagihugu tudafise.

6
Gahugukimana Burundi 24-07-2016 à 18:04

Baririmvyi babanyarwanda, twebwe abarundi turabaremesheje, turabakunda cane cane. Turabakunda twese ubwoko bwose abahutu abatutsi abatwa. Vous êtes nos frères tuzobumviriza twongere tubumvirize kuko muraryosha umudiho. Turabamenyesheje yuko hutu, tutsi, twa nouvelle génération turanka amacakubiri muzodushigikire, mudushire mumasengesho yanyu ubutegetsi bwacu bufise ingorane abanyagihugu tudafise.

7
Mukankusi 28-07-2015 à 18:02

Muribwa Gusa Abatutsi Ntituza Shira Mufise Ibiphfukunyi Mumitwe Yanyu

8
soureimani 27-07-2015 à 15:50

ababivya nababisangiye nibareke indirimbo zivugire !kukoabaririmvyinacubabiziko

9
NSHIMIRIMANA Melchisedech 27-07-2015 à 07:25

AHUBWO NICUKA !! nivyo birimwo !! Twebwe ntituvyemera !inyarwanda don,t com nibazireke zihumagane ! urazi ingene zituryohera !?! huuu !

10
patriote 26-07-2015 à 09:26

arko ab bagabo bibaza iki mb bibaza ko iyoradiyo arko twayikunda twaymvirza nagake arko bareke kuduteranya nababanyi ! indirimbozo duf7 amatelefne 2zozumvirza !

11
KAMUTAMA 25-07-2015 à 23:04

oya geze ngaho, mb muzogeza ryari kurementanya. aho mwibaza ngw’ivyo muhisha ntibizomenyekana maze mukamaramara. mwe rindire !

12
Pascal 25-07-2015 à 21:38

J’imajine Que Les Radios Du Burundi R.T.N.B]Cette radio donne les imforations qui est bon

13
Celestin 25-07-2015 à 21:17

oko abarundi murantw enza mwese mube ibigoryi bigeziyo hose.mbe indirimbo na bantu bipfana iki ?oho muhagarits gukina umuziki nyarwanda ni yo nyishu ?

14
Celestin 25-07-2015 à 21:13

oko abarundi murantw enza mwese mube ibigoryi bigeziyo hose.mbe indirimbo na bantu bipfana iki ?oho muhagarits gukina umuziki nyarwanda ni yo nyishu ?

15
Celestin 25-07-2015 à 21:12

oko abarundi murantw enza mwese mube ibigoryi bigeziyo hose.mbe indirimbo na bantu bipfana iki ?oho muhagarits gukina umuziki nyarwanda ni yo nyishu ?

16
Gangi 25-07-2015 à 19:05

Twarabihanije ntimwumva. Turara turabamen amatwi nibi bombes ngwazibe ariko mukaj i Rwanda kugurur za radio twaturira. Bon twe naNkuruNya’ tuzoturira nizirwanda maze ndabe. Irabone ! Mbere namafrontyere mwishimiriza vuba tuzoyafuta hinge tugire reta y’ibijuju vy’abahutu gusa murabe. Vyose nugufuta ntakindi. Nimeavuga tubamene na Gikwemu Eh sorry Gikwetwe. izombga zodukoroga ! Turaziturira zikats i Rwanda. Shaaaa Eeeh

17
fidelite 25-07-2015 à 18:40

Inyenzi murantwenza,ko mwumva ataco vyica,ayo majaaaambo yose ni ayiki ?Ngo namwe muzofata ibihano ?Bifate.Uburundi ababanyi beza dufise si mwebwe abanyarwanda,ubwo buvandimwe bwanyu natwe ni mwe mu bw’inventa ntituri abavandimwe na gato,abenshi ntimwibaze ko tutazi ko mwari aba sans echecs n’aba sans defaites mwafashije abatutsi mu burundi kutwica no kutwiba,ababanyi dufise benshi àgauche àdroite,mwebwe ubu mafia bwanyu bose bariko barabamenya bashaka kubikura guhera tanzania,rero abarundi si twebwe gusa.Abatutsi b’i burundi sije ndabirukana,nibo bijana,nta nguvu bisaba,biyotsa vyinshi ,bafise amaraso menshi ku ntoke bariyomora,kanatsinda muri ivyangazi ntibitangaje,subira i wanyu i rwanda muturekere agahugu kacu gakenye twebwe abahutu dukunda,ivyo bisuma vyatwinjiranye tukiva ku rugamba tutarahumuka tuvireho,nawe gfhhhj,na ambassade mushatse ugara mutahe nta mwondo wanyu kabisa twarabahinyuye ntaco mututrusha ntituja guhahira i rwanda.

18
Barc@ 25-07-2015 à 16:42

Si Umuyuda Cnke Umugiriki Twes Tur Umw Muri Kristo Kuba Yans Indirimbo Z’inyarwand Kndi Z’iman Arabe Ntamere Nka Nebkadnez Ababiz Bo Barabiz Ivyamushikiy Arko Jw Noheba Chorale Ambassadeur !Nobur Mpfa !!

19
john 25-07-2015 à 15:59

Eeeeh ! burya RTNB yarikivuga ??? ok. ngo lero bugaye imihora y’indirimbo nyarwanda ? mbe burya abarundi turafise cargo yokuza ivana ibidandazwa vyacu vyaca mu rwanda bivuye uganda na kenya ? ivyo abarundi bavyiyumviriyeko ? Ng’umuntu yahuye n’amazi atemba amubwira ati : ntunywe wamuntu we ! nawe ati : ntanyota mugenzi...izo ngingo mufata mwibukeko twese tutarangurira i congo, nayo iyo radio yo ivyo nibito vrt. abanyarwanda baratubabarire nta RTNB ikihari yarabaye privée ubu ni RTNDD (Radio Télévision National pour la Défense des Dd.)

20
Barandemvya 25-07-2015 à 11:47

Ibibera i Burundi birasiga ubwenge basi. Abacuraranzi bo bikora k’ubuhinga n’ubumenyi bwabo bariko bazira iki, ko baririmba bataba bariko bararasa amasoro. Iyo ngingo ngira ntiyahanujweko kuko irateye isoni. None indirimbo z’abacuraranzi bava mu bihugu ababirongoye biyamirije ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza, nazo zizohava zifatirwa ibihano ? Abarundi nibitege ko muri iki kiringo c’imyaka itanu yihagiye, bazotegekwa kumviriza indirimbo za "Komeza Gusenga" gusa. Uburundi nta yuzi iyo buriko buraja : mbega buzohava bufatira ibihano n’ibidandazwa bica k’ubutaka bw’Urwanda. Mbega Urwanda rwogira gutyo nabwo vyogenda gute ? Politike y’Uburundi ntiyumvikana mugihe umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi avuga ko amatohoza akigirwa, mugabo leta igafata ingingo nk’iyo. Bitwibutwa ivyabaye hagati ya Ukraine n’Uburusiya, aho kuva hadutse intambara mu buseruko bwa Ukraine, amaradiyo n’imboneshakure vyose vyerekana ibiganiro vyo mu Kirusiya vyaciye vyugarwa. None twoba tugiye nk’ibiriko bibera mu buseruko bwa Ukraine ? Reka tuvyerekwe n’ukuramba.

1 | 2 | 3
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha