Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Urutonde rwa bamwe mu bigeze kurongora ibihugu n’ababirongoye ubu 10 (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Urutonde rwa bamwe mu bigeze kurongora ibihugu n’ababirongoye ubu 10 (...)

Urutonde rwa bamwe mu bigeze kurongora ibihugu n’ababirongoye ubu 10 beza

vendredi 24 Ndamukiza 2015

Hasohotse urukurikirane rw’abakuru b’ibihugu bo muri Afrika beza, co kimwe na bamwe mu bigeze kuba abakuru b’ibihugu, aho umukuru w’igihugu c’Uburundi yagiye mu kibanza ca kane, uwa Tanzaniya nawe atahukana ica mbere.

Raba Urukurikirane rw’abakuru b’ibihugu vyo muri Afrika beza

1. Jakata Kikwete (Tanzanie)

2. Faure Gnassingebe (Togo)

3. Umwami Mswatsi (Swaziland)

4. Petero Nkurunzinza (Burundi)

5.Umwami Mohammed (Maroc)

6.Joseph Kabila (RD Congo)

7. Umwami Letsie (Lesotho)

8. GoodLuck Jonathan (Nigeria)

9. Uhuru Kenyatta (Kenya)

10. Blaise Compaore (oye yahoze arongBurkina Faso)


Lorene Nubwabo

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.