IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Amatongo > Abanyagihugu basabwa kubika umwimbu wabo mu bigega rusangi

Abanyagihugu basabwa kubika umwimbu wabo mu bigega rusangi

jeudi 15 février 2018

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2018, umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi Deo Guide RUREMA yamenyesheje ko umwavu hamwe n’imbuto zirobanuwe vyatanzwe ku barimyi vyatumye haboneka umwimbu mwinshi, bica bituma ibiciro kw’isoko bigabanuka.

Umushikiranganji Deo Guide RUREMA yavuze ko mu bushikiranganji banezerezwa no kuba babona imirima itarimburwa, bakabona kandi hari n’ivyimburwa biri mu bigega rusangi, mu gihe hari n’ibindi bicanikiye.

Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi amenyesha ko ubushikiranganji arongoye bwihaye intumbero yo gufasha abanyagihugu gufungura neza, haba mu bwinshi bw’ibifungurwa n’akamaro kavyo.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.