IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Alice Keza > Amasanamu > Alice Keza yasohoye isanamu y’ururirimbo "Izina Ryawe"

Alice Keza yasohoye isanamu y’ururirimbo "Izina Ryawe"

lundi 20 Gitugutu 2014

Umuririmvyikazi Alice Keza yasohoye isanamu y’ururirimbo "Izina Ryawe". Aririmbira umusore avuga ko akunda. Isanamu ntiyakorewe mu Burundi ariko amajwi yakozwe n’umuhinyanyuzi w’umurundi.

Alice ati :" Izina ryawe nzoryandika ku mutima ugukunda"... "Nimba bidakunda ko wombarira ko duhuza indome duhuze umutima, uzontera iteka ndagutere irindi maze tube umwe"... "Ntuze unsige jenyene Boy".

Mwomenya ko isanamu y’ururirimbo yakorewe mu gihugu c’Urwanda. Ariko amajwi yakozwe n’umuhinyanyuzi Rubanza Jay.

Umviriza wongere urabe aha munsi iyo sanamu nshasha .


Cherif Nkeshimana

Messages

  • aba bana aya mahera bonona ngo barasohora amaririmbo bofuma bayaguramwo ibirato vyo kwambara canke bakayashora mu burimyi bw’imboga vraiment

  • Kenese menya neza ko abarundi n’abarundikazi barafise ico babura mu mitwe yabo umva nawe ushoye amahera angana uko ngo ni indirimbo usohoye kandi bene wanyu bararinzara none wovuga ko ukunda abarundi canke ukunda kwinezereza gusa!nibasigeho vraiment ayo bonona bayagaburire bene wabo,mbe konumva baririmba inkundo gusa barabuze ibindi baririmba..................

  • Uwumukobwa nihatar ngoyaknz umuhung gushk ah amuririmba? Ebana abubu baratanganj ah usang atigera aririmb Imana narimw

  • Uwo Mukobwa Jew Ndamwanka Cane, Ivyo Bintu Aririmb Jew Birashisha. Iyo Ni Sutwa Hagow Abavyeyi Bamuvyaye. Uwo Muhira Barahevye. Uwo Numwana Wicangazi. Kwonona Amahera Nkayo!!!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.