IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Rally Joe > amafoto > Amwe mu mafoto y’ururirimbo "Mbariza" rwa Rally Jo abonekamwo ubuhinga (...)

Amwe mu mafoto y’ururirimbo "Mbariza" rwa Rally Jo abonekamwo ubuhinga buhanitse

vendredi 25 Ndamukiza 2014

Ururirimbo "Mbariza" rwaririmbwe na Rally Jo ruriko rukorerwa amasanamu "Video". Imbere y’uko iyo video ija ahabona hatanguye gusohoka intangamarara y’amafoto, akaba abonekamwo ubuhinga butangaje.

Isanamu (video) y’ururirimbo "Mbariza" rwa Rally Jo iriko ikorwa n’umuhinyanyuzi Black Arthur wo muri African Sounds Records. Ababona ayo mafoto amaze kuja ahabona, bibaza uko iyo sanamu (video) izoba imeze. Irabonekamwo Rally Jo ari mu mazi ariko aroga, canke ari imbere y’ikigorofa, ariko ubuhinga iyo foto ikozemwo ntibusanzwe.

Umviriza aha munsi ururirimbo "Mbariza"

Mukurindirako iyo sanamu (video) ihera gukorwa, reka tubereke amwe mu masanamu y’urwo ruririmbo ateye igomwe umuhinyanyuzi Black Arthur amaze gusohora.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.