IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Ashley Girukwishaka > Indirimbo > Ashley yasohoye ururirimbo ruzobonekamwo intambo nshasha

Ashley yasohoye ururirimbo ruzobonekamwo intambo nshasha

lundi 19 Nzero 2015

Ashley yasohoye ururirimbo yakoreye mu gihugu ca Kenya, avuga ko hazobonekamwo intambo nshasha mw’isanamu y’urwo ruririmbo.

Uwo muriririmvyikazi yashatse gutanguza intambo nshasha mu ruririmbo rushasha yise "waya waya". Ati : "Kuki wikekeranya, wiyobera, ntiwonyegera nkagususurutsa...".

Umviriza ururirimbo uce utanga iciyumviro c’uko intambo izoba imeze mw’isanamu y’ururirimbo.


Cherif Nkeshimana

Messages

  • kenshi iyo muvuga ngo twumvirize ururirimbo mwashize kuri uru rubuga sinigera ntora aho nofyonda kugira ngo indirimbo ivuge, Please help!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.