IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > Amasanamu > Isanamu y’ururirimbo "Sana Tu" rwa Lolilo yasohotse

Isanamu y’ururirimbo "Sana Tu" rwa Lolilo yasohotse

lundi 16 Ntwarante 2015

Isanamu y’ururirimbo "Sana Tu" rwa Lolilo yagiye ku mugaragaro. Iyo yashizwe ahabona na African Sound Records, inzu y’ubuhinyanyuzi ifitaniye amasezerano n’uwo muririmvyi.

Hari haheze amezi abiri aburamwo iminsi mike uririmbo "Sana tu" rusohotse. Twarababwiye ko ururirimbo ruvuga ahanini ibijanye n’ubuzima bwiwe. Urwo ruririmbo rusa no gusubiza uririmbo "Niko sawa" rwa Fariouz.

JPEG - 28.1 ko
Lolilo n’umugore wiwe

Umviriza wongere urabe aha munsi "Sana Tu" na Lolilo


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.