Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Iyindi reresi ya Lolilo iraja ku mugaragaro: amwe mu mafoto - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lolilo > inkuru > Iyindi reresi ya Lolilo iraja ku mugaragaro: amwe mu mafoto

Iyindi reresi ya Lolilo iraja ku mugaragaro: amwe mu mafoto

samedi 24 Nzero 2015

Umuririmvyi n’umukinyi w’amareresi Lolilo arashira ahabona ireresi yiwe ya kabiri, avuga ko yayikoze igihe gito kandi ikazoja mu rwego rw’amareresi maremare.

Inyuma y’ireresi ya mbere yise "Eagles", Lolilo arashira ahabona ireresi yiwe ya kabiri yitwa "Mwiba". Muri rusangi iyo reresi ivuga ibijanye n’urukundo. Lolilo avuga ko yayiteguye amazi ane kandi iri ku rugero rw’amareresi maremare(Long Metrage) kuko imara isaha imwe n’inusu. Mu gihe himirije isabukuru ry’amareresi FESTICAB, Lolilo ariko ashaka guhayanisha iyo reresi yiwe nshasha.

Iyo reresi nshasha ya Lolilo yerekanwa igihe c’isaha icenda( 15h 00) kuri Biso ba Biso


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.