IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Patient Matabaro > Inkuru > R Flow, Matabaro n’abakobwa bambaye udutenge tugufi mw’itegurwa ry’isanamu (...)

R Flow, Matabaro n’abakobwa bambaye udutenge tugufi mw’itegurwa ry’isanamu nshasha

vendredi 20 Ntwarante 2015

Matabaro ariko ashira ahabona ifatwa ry’isanamu(video) y’ururirimbo yakoranye na R Flow. Bari kumwe n’abakobwa bambaye udutenge tuzingiye haruguru cane y’amavi, tukongera tugafuka amabere gusa.

Ururirimbo "Whatsapp"Matabaro yaririmbanye na Flow rwamenyekanye cane igihe Matabaro yari mu buserukizi bwa Primusic2014.

Raba amafoto amaze kuja ahabona:


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.