Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubufaransa: abakinyi basabwa amakori menshi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Ubufaransa: abakinyi basabwa amakori menshi

Ubufaransa: abakinyi basabwa amakori menshi

jeudi 24 Gitugutu 2013

Imirwi y’imupira w’’amaguru yo mu Bufaransa yatangaje ko atazokina inkino zari zitegekanijwe mu mpera z’indwi za nyuma z’ukwezi kuza. Nta nkino nimwe yo mu gice ca mbere n’ica kabiri izokinwa.

Abakinyi benshi bo muri iyo mirwi bafise ubutunzi bubarizwa mu mamiliyoni. Izo ngingo iyo mirwi yayafashe kugira yiyamirize itegeko Leta ishaka gushiraho rivuga ko abantu binjiza amafaranga hafi mu mamiliyoni bagomba gutanga amakori angana n’ibice 75% vy’amafaranga binjiza.

Vyitezwe ko ico gihe ari naho abashingamateka bategekanya gutora iryo tegeko mu nama nshingamateka y’Ubufaransa. Leta ivuga ko amakori angana gurtyo akenewe kugira n’abantu batunze cane bagire uruhara rungana n’urw’abandi muri bino bihe vyo gutubika umukanda. Iyo mirwi yo ivuga ko bizotuma abakinyi b’abanyamahanga bava mu Bufaransa.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.