IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Umuhungu wa Ronaldo w’imyaka 14 yafashwe asomana n’umugore w’imyaka (...)

Umuhungu wa Ronaldo w’imyaka 14 yafashwe asomana n’umugore w’imyaka 27

vendredi 26 Kigarama 2014

Umwana w’umuhungu w’umukinyi rurangiranwa ariko avugwa ko vyinshi inyuma yaho bamufatiye ariko asomana n’umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina.

Ronald Nazário de Lima umuhungu wa Ronaldo(Bresil) afise imyaka 14 n’uburebure bwa 1,85 (1,85m). Uwo muhungu avuza umuziki mu nzu y’ubutambiro (DJ en boîte de nuit). Bamufashe isanamu ariko asomana n’umugore ahakwa kunganya imyaka na nyina wiwe Milene Domingues kuko Lu Bernardi w’imyaka 27.

Lu Bernardi n’umwigisha w’abana bato (maternel), akaba yagerageje kwisigura ati:" Ndarahiye ko ntigeze menya imyaka yiwe. Twahuriye mu butambiro, aho twari nta muntu yamusumba uburebure, ibaze namwe apima uburebure bwa 1,85. None mwohava mukibaza ko umuhungu areha uko yoba adafise imyaka 18? Erega jewe yarambeshe ko afise imyaka 18, kandi ikibazo c’imyaka nticigeze kimpagarika umutima kuko no mu biyago twagiranye numva afise ivyiyumviro nk’umuntu akuze".


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.