IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Chanelle > Amafoto > Chany Queen yasohoye amafoto asomana na Loriane

Chany Queen yasohoye amafoto asomana na Loriane

vendredi 12 Kigarama 2014

Umuririmvyikazi Chany yasohoye urukurikirane rw’amafoto, zimwe muri zo aboneka yambaye agahuzu gafata amabere gusa, izindi aboneka ariko asomana na mugnzi we olga.

Hari haheze iminsi Chany Queen adashirako amafoto, ubu rero agira ahamvye mugenzi we Ashley wewe adahengeshanya gushira ahabona amafoto atandukanye hamwe yambaye uduhuzu tubonerana. Chany Queen, umukunzi wa R Flow muri zimwe muri ayo mafoto aboneka ari wenyene ahandi ariko asomana ku munwa na Loriane umugore wa Lolilo yahoze ari pfampfe na Chany. Izindi nazo aboneka ariko asomana n’uwundi musore kandi R Flow bari kumwe.

Raba aha munsi ifoto za Chany Queen


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.