IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Niyo Peter > Ururirimbo rushasha rya Peter Niyo rwasohotse

Ururirimbo rushasha rya Peter Niyo rwasohotse

jeudi 6 Ruhuhuma 2014

Umuririmvyi Niyongabo Peter batazira Peter Niyo ahejeje gusohora ururirimbo rushasha rwuzuye kwidagadura, kuryoherwa yakoranye na Rudoviko.

Nta mwanya uheze uririmbo «Kizaka» ririmbwe n’umuririmvyi w’umurundi rushize amaguru hasi. Nk’uko Peter Niyo abivuga, urwo ruririmbo yaruririmbanye n’umuririmvyi azwi kw’izina rya Rudoviko Barcklay, rukaba atabundi butumwa rutanga atari kuryoherwa.

JPEG - 51.9 ko
Rudoviko Barcklay yaririmbanye na Peter Niyo

Umuhinyanyuzi karuhariwe w’indirimbo KOOk-k niwe yaruhinyayuye arushira mu mudiho wa « Afrika Beat » ari nawo mudiho uwo muririmvyi akunze gukoresha mu ndiririmbo ziwe. Zimwe muri ndiririmbo ziwe zimaze kuja ahabona maze zigakundwa na benshi harimwo nka « Tuzoshika, My sister, Ibuka, Mubwire » hamwe n’urundi yakoranye na Buja All Stars yitwa « Ndangira abazinyoye »

Fyonda aha munsi wumvirize ururirimbo «KIZAKA»


Chérif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.