IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afirika y’Epfo:Abajejwe umutekano 6 baguye mu gitero

Afirika y’Epfo:Abajejwe umutekano 6 baguye mu gitero

jeudi 22 février 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyeshako abporisi 3 murabo bapfuye bapfuye ubwo nyene naho uwo musirikare atari ku kazi yarashwe igihe abo basuma bariko barahunga,

Ayo makuru abandanya avuga ko iruhande y’abaporisi babiri banyuruje, izo nkozi z’ikibi zagiye zivye inkoho 10 hamwe n’imodoka 1 y’igiporisi.

Bivugwa ko umukuru w’igipolisi ku rwego rw’igihugu Khehla John Sitole yamenyesheje ko babajwe n’ubwo bwicanyi, kandi bagiye gukora ibishoboka kugira abo bicanyi bashobore gufatwa.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.