IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Uganda :Igiporisi cankiye Bobi WINE kwijana muhira avuye ku kibuga (...)

Uganda :Igiporisi cankiye Bobi WINE kwijana muhira avuye ku kibuga c’indege

Friday 21 September 2018, by Jean De Dieu

Amakuru avuga ko Bobi WINE akigera ku kibuga c’indege ca Entebbe igiporisi ca Uganda camubujije kuva ku kibuga c’indege kimubwira yuko bajana gushika ku muhana iwe.

Bivugwa ko Bobi WINE yavuze ko ivyo ariko arakorerwa biciye kubiri n’ivyo yipfuza .

Bobi WINE asanzwe akwirikiranwa ivyaha bijanye n’iterwa ry’amabuye ku modoka zari ziherekeje umukuru w’igihugu wa Uganda vyabaye mu kwezi kwa Myandagaro uyu mwaka wa 2018.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.