IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Zambiya: Umutamakazi w’imyaka 73 yaronkejwe urupapuro rw’umutsindo

Zambiya: Umutamakazi w’imyaka 73 yaronkejwe urupapuro rw’umutsindo

Saturday 6 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha BBC avuga ko uyo mutamakazi yaronkejwe urupapuro rw’umutsindo afise abana 5 hamwe n’abuzukuru 10.

Tangu Mhlanga MAZABA yamenyesheje ko icatumye asubira mw’ishure aruko yamye afise impungenge nk’umuntu yariho igihe igihugu ciwe caronka ubwigenge ko ata kintu bakoze kigaragara kugira bacungere ubutunzi bwabo bwite.

Uyo mutamakazi avuga kandi ko yiyemeje gusubira mw’ishuri kugira ashitse icari ku mutima wiwe kuko yabonako Zambia izogera kw’iterambere aruko abanyazambia bashoboye gucunga ubwabo amatungo yabo hamwe n’ubutunzi bwabo.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.