IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’epfo : Umugore w’umukuru w’igihugu ca Zimbabwe yahawe (...)

Afrika y’epfo : Umugore w’umukuru w’igihugu ca Zimbabwe yahawe ubudahangarwa

lundi 21 Myandagaro 2017

Abakora mu gisata kijejwe ivy’imigenderanire mpuzamakungu mu gihugu ca Afirika y’Epfo bamenyesheje ko kugira hemezwe ko Grace Mugabe aronswa ubudahangarwa bitoroshe,kuko vyari ngombwa kugira babungabunge imigenderanire hagati y’ivyo bihugu bibiri.

Uwaserukiye Gabriella Engels yahohotewe yamenyesheje ko acihweza ibikenewe kugira ashobore kwunguruza .

Grace Mugabe yagirizwa guhohotera umukobwa Gabriella Engels afise imyaka 20, inyuma yo kumusanga arikumwe n’abahungu biwe mw’i hoteri i Johannesburg.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.