Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo : Inyama zirimwo imigera zateye ubwoba ibihugu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo : Inyama zirimwo imigera zateye ubwoba ibihugu (...)

Afrika y’Epfo : Inyama zirimwo imigera zateye ubwoba ibihugu bibanyi

mardi 6 mars 2018

Igihugu ca mbere kibanyi c’igihugu ca Afrika y’Epfo catanguje isekeza, ni Malawi casavye abadandaza barangurira inyama mu gihugu ca Afrika y’Epfo kuzikura mu maduka yabo.

Mu gihugu ca Afrika y’Epfo aho izo nyama ziva, amaduka yatanguye kuzita, nayo abakenyezi bibungenze basabwa kwigirwa kure y’izo nyama.

Indwara ya Listeriose yari imaze guhitana abantu bashika 180 muri Afrika y’Epfo mu mwaka uheze wa 2017.

Ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu OMS,rimenyesha ko bikekwa ko ari co kiza ca mbere gihitanye abantu benshi mw’isi yose.

Ingwara ya Listeriose itegwa n’agakoko ko mu bwoko bwa bacteria kitwa Listeria monocytogenes, kandukira biciye mu bifungurwa vy’inyama canke amata atatetswe neza.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.