Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Afrika y’Epfo: Ishirahamwe ry’abakozi risaba umukuru w’igihugu gutanga (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Afrika y’Epfo: Ishirahamwe ry’abakozi risaba umukuru w’igihugu gutanga (...)

Afrika y’Epfo: Ishirahamwe ry’abakozi risaba umukuru w’igihugu gutanga imihoho

mardi 4 Ndamukiza 2017

Amashirahamwe y’abakozi mu gihugu ca Afrika y’Epfo yasavye umukuru w’igihugu Jacob Zuma gutanga imihoho.

Bheki Ntshalintshali ,umunyamabanga mukuru w’amashirahamwe y’abakozi mu gihugu ca Afrika y’Epfo COSATU , yamenyesheje ko umukuru w’igihugu Jacob Zuma atariwe akwiye gutwara igihugu.

Ivyo bibaye, inyuma y’igihe kitari gito umukuru w’igihugu Jacob Zuma yidogerwa n’abanyagihugu, kubera ingingo yafashe yo gukura umushikiranganji w’ikigega ca Reta yari yizewe n’abanyagihugu.

Igitangaje ,n’uko ishirahamwe ry’abakozi mu gihugu ca Afrika y’Epfo COSATU rikorana n’umugambwe uri ku butegetsi, ivyo bigashobora gutuma n’umukuru w’igihugu atakaza icizere imbere y’abanyagihugu.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.