IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ishirahamwe UNHCR ryakuye abakozi baryo muri Centrafrika

Ishirahamwe UNHCR ryakuye abakozi baryo muri Centrafrika

mercredi 5 Mukakaro 2017

Kw’igenekerezo rya mbere Mukakaro 2017, abantu bitwaje ibirwanisho bateye mu gisagara ca Kaga Bandoro ahari inyubakwa z’ishirahamwe HCR bagenda batwaye ibikoresho vyose vyari muri iyo nyubakwa.

Abo bitwaje ibirwanisho kandi bagiye basahuye impapuro z’inzira z’abakozi ba HCR mu gihugu ca Centrafrika,ibikoresho vyabo hamwe n’amafaranga,abandi nabo baterwa ubwoba n’abo barwanyi.

Umuvugizi wa HCR, Andrej Mahecic, avuga ko naho bitoroshe hakenewe amatohoza, kugira bamenye abakoze ico gitero.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.