IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Congo : Inyubakwa y’umukuru w’igihugu yatewe n’abitwaje ibigwanisho

Congo : Inyubakwa y’umukuru w’igihugu yatewe n’abitwaje ibigwanisho

mardi 26 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abagizi ba nabi benshi gusumba abasanzwe bacungera iyo nyubakwa y’umukuru w’igihugu nibo bateye muriico kibanza, umuporisi umwe aca arahasiga ubuzima. Ikiziga ciwe kiraturigwa hamwe n’inyubakwa 3 ziri mw’iryo tongo ry’umukuru w’igihugu ziraturigwa.

Bikaba binuganugwa ko ico gitero coba cakozwe n’aba Maï-Maï. Ribaye irya mbere bishitse inyubakwa y’umukuru w’igihugu itewe kuri urwo rugero.

Ico gitero kikaba cabaye mw’ijoro rya Noël kandi gikorwa mu gace karwiriyemwo abakirisu.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.