Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Israël : Hatowe ibisigarira vy’umuntu asumvya imyaka umugabane wa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Israël : Hatowe ibisigarira vy’umuntu asumvya imyaka umugabane wa (...)

Israël : Hatowe ibisigarira vy’umuntu asumvya imyaka umugabane wa Afrika

vendredi 26 janvier 2018

Nkuko tubikura mu kinyamakuru RFI, ivyo bisigarira vy’umubangabanga vyatowe ahitwa Misliya ku musozi wa Carmel ku birometero 12 vya Haïfawa .

Abashakashatsi bakaba bari bamaze imyaka 15 bakora ivyigwa kuri ivyo bisigarira, ari naho batora ko ivyo bisigarira ari ivy’umuntu bimaze hagati y’imyaka 177 000 na 194 000, bikaba ari ibisigarira vy’umuntu bimaze imyaka myinshi inyuma ya Afrika.

Israel Hershkovitz, umwigisha wa kaminuza ya Tel Aviv akaba ari mubakoze ubushakashatsi, avuga ko ari umunezero kubona batoye ivyo bisigarira, akavuga ko bagiye muri kahise k’isi.

Abashakashatsi b’abafaransa n’abadagi bakaba banditse ko ibisigarira vy’umuntu wo mu bwoko bwa Homo Sapien muri Afrika amaze imyaka 300 000


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.