IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Libiya : Umushikirizamanza mukuru yasohoye imitahe yo gufata abagirizwa (...)

Libiya : Umushikirizamanza mukuru yasohoye imitahe yo gufata abagirizwa urudandazwa rw’abimukira

jeudi 15 mars 2018

Ibiro vy’umushikirizamanza mukuru wa Libiya bimenyesha ko, harimwo abajejwe umutekano, abarongoye amakambi yapfungirwamwo abimukira hamwe na bamwe mu bakozi bakorera ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika muri Libiya.

Umushikirizamanza mukuru mu gihugu ca Libiya avuga ko, harimwo gutunganya ibikorwa mu gisata c’abimukira, kudandaza abantu, ubwicanyi no gufata abagore ku nguvu.

Iyo mitahe, isohotse mu gihe kw’igenekerezo rya 15 Ntwarante uko umwaka utashe, ariho hahimbazwa umunsi mpuzamakungu wahariwe kurwanya amabi akorwa n’abari bajejwe kuyarwanya.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.