Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Misiri : Abajejwe umutekano 2 bishwe abandi 3 barakomereka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Misiri : Abajejwe umutekano 2 bishwe abandi 3 barakomereka

Misiri : Abajejwe umutekano 2 bishwe abandi 3 barakomereka

lundi 19 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Ico gisasu giturika cari giteze i ruhande y’ibarabara, imbere y’uko iyo modokari y’abaporisi irengana.

Igihugu ca Misiri gisanzwe gihangana cane n’ibitero nk’ivyo bisanzwe bikorwa n’imigwi icuditse na Reta ya Kiyisiramu mu buraruko bw’intara ya Sinayi, ariko gushika ubu nta mugwi n’umwe uriyitirira ico gitero co kuri uwu w’Imana.

Mwomenya ko ibitero nk’ivyo bikorwa aho mu gihugu ca Misiri kenshi bikunda guhitana abaporisi n’abasirikare hamwe n’abakirisu bahurikiye mu muryango w’aba "Coptes".


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.