IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Niger : Abimukira 52 bapfiriye mu bugararwa

Niger : Abimukira 52 bapfiriye mu bugararwa

lundi 26 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bimukira bose bangana 72 bagifata urugendo ariko baza gutabwa mu nzira n’abari bajejwe kubashikana iyo baja, kuko batinya ko bashobora gufatwa n’abajejwe umutekano mu karere ka Seguedine.

Abajejwe umutekano bo muri Niger bamenyesha ko hariho abandi bimukira bariko bavurirwa kw’ivuriro ryo muri Seguedine.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.