Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nijeriya : Umukuru w’igihugu Muhammadu Buhari aratahuka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya : Umukuru w’igihugu Muhammadu Buhari aratahuka

Nijeriya : Umukuru w’igihugu Muhammadu Buhari aratahuka

samedi 19 Myandagaro 2017, par Jean de Dieu M.

Umuvugizi w’umukuru w’igihugu Femi Adesina yamenyesheje ko umukuru w’igihugu azoshikiriza ijambo abicishije ku mboneshakure ku musi wa mbere w’indwi iza.

Muhammadu Buhari w’imyaka 74 yagiye mu Bwongereza mu kwezi kwa rusama uyu mwaka wa 2017 agiye kwivuza akaba yaramaze amezi 3 agwariye murico gihugu inyuma yo kwivuza ataha mu mezi ya nzero na ntwarante uyu mwaka nyene,ingwara yatumye aza kwivuza n’ ubu itaramenyekana kandi amagara yiwe akaba atawuzi uko ameze gushika ubu.


Bikorimana Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.