IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abantu 17 bapfuye bahunga

RDC : Abantu 17 bapfuye bahunga

lundi 26 Nyakanga 2016, par Egide NDUWIMANA

Abanyagihugu bo mu karere ka Beni mu buseruko bwa Congo bikanze igitero c’umurwi usanzwe ukunda kuhagaba ibitero. Abenshi mu bapfuye bariko barahunga, abandi bakaba bafashwe n’umutima.

Amakuru ava muri Beni, agatangwa na BBC avuga ko ibintu vyagiye kuyangara igihe umusirikare yari mu mwambaro usanzwe yatangura kurasa mu kirere.

Abaharanira uburenganzira bw’abanyagihugu bavuga ko abantu bagera ku 1000 bamaze kwicwa kuva mu myaka ibiri iheze muri Congo, mu bitero bikekwa ko bikorwa n’umurwi ADF Nalu, turuka mu gihugu kibanyi ca Uganda.


IGIHE

Messages

  • nonentakuntumwoshoborakubahagarika?ahohomutabahagaritsebazobandanyabi.ere akonakagaye.barayamaze.bat.akagayemunyamanihaha.mutabikuyekonububaracabagaye.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.