IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Abatavuga rumwe n’ubutegetsi banse kuja muri Reta yashizweho

RDC : Abatavuga rumwe n’ubutegetsi banse kuja muri Reta yashizweho

mercredi 10 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abatavuga rumwe n’umukuru w’igihugu KABILA bakaba bamaze kumenyesha ko batazoja muri iyo Reta, aho akaba ari mu gihe mu bashikiranganji bashizwe muri iyo Reta, harimwo abiyonkoye ku migambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi.

Reta ya Congo ivuga ko kuba abatavuga rumwe n’ubutegetsi banse kujamwo ari ibisanzwe, ikavuga ko izokorana n’abashaka.


NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.