Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC : Umunyamabanga mukuru wa ONU asaba umukuru w’igihugu kwubahiriza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC : Umunyamabanga mukuru wa ONU asaba umukuru w’igihugu kwubahiriza (...)

RDC : Umunyamabanga mukuru wa ONU asaba umukuru w’igihugu kwubahiriza amasezerano

mardi 2 janvier 2018

Antonio Guterres umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, yabishikirije inyuma y’urupfu rw’abantu 8 mu myiyerekano yo kwiyamiriza ubutegetsi bwa Joseph Kabila.

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko umunyamabanga mukuru w’Ishirahamwe Mpuzamakungu ONU, yavuze ko amasezerano yumvikanywe hagati ya Joseph Kabila mu mezi 12 aheze, avuga ko ava ku butegetsi, ariyo nzira yonyene yo kugarura amahoro muri Kongo.

Antonio Guterres yahamagariye Reta ya Kongo n’inzego z’umutekano kwitwararika no kwigumya mu kudakoresha inguvu z’umurengera mu guhangana n’abagira imyiyerekano ku murwa mu kuru Kinshasa no mu bindi bisagara.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.