IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Senegal : Abantu 8 baguye mw’isanganya ry’indege

Senegal : Abantu 8 baguye mw’isanganya ry’indege

jeudi 15 mars 2018

Iryo sanganya ryabereye ahitwa Missirah, igisagara kiri hafi y’urubibe rw’igihugu ca Gambia mu buraruko.

Iyo ndege yari itwaye abantu 20 yariko iragaruka ivuye mu gisagara ca Ziguinchor ija ku murwa mukuru i Dakar, itwaye ikiziga c’umuntu yitavye Imana.

Umukuru w’igihugu Macky Sall yasavye ko hakorwa itohoza ryo kumenya icatumye haba iryo sanganya, yifatanya n’imiryango yababuze.

Isanganya ry’indege, ryaheruka kuba mu mwaka wa 2015, aho abantu indwi aribo bapfuye


MUGISHA Van Naris

Messages

  • IMANAYARAKINZ KUKO IYIKOROKA IGEZE MUKIRER VYARIKUBA IBINDI IMANA YAKINZE ABAROKOTSE NIBIKEZE NIMIRYANGO IBAKEZE ?ABONABO IMANA IBASHIR MUKIGANZA CAYO

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.