Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Senegal : Umukuru w’igisagara ca Dakar yaciriwe gupfungwa imyaka (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Senegal : Umukuru w’igisagara ca Dakar yaciriwe gupfungwa imyaka (...)

Senegal : Umukuru w’igisagara ca Dakar yaciriwe gupfungwa imyaka itanu

samedi 31 mars 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko, naho uro rubanza rwabaye rudahurizwako na bose, rushingiye ku mafaranga imiriyoni zitatu n’ibihumbi amajana ane z’amadorare y’abanyamerika.

Ayo makuru ya BBC, amenyesha ko Khalifa Sall, asanzwe ari umukuru w’igisagara ca Dakar, yagiriwe n’icaha co gukoresha imppuro zerekana ivyo yaguze za magendu.

Naho bir ukwo, Khalifa Sall yabonwa nk’umuntu ashobora kuzohangana bikomeye n’umukuru w’igihugu Macky Sall mu matora yo mu mwaka uza wa 2019.

Khalifa Sall arahakana ivyaha vyose yagirizwa kandi abamushigikiye bavuga ko urwo rubanza rufise imvo za poritike.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.