Somalia: Abantu 10 bahitanywe n’ibisasu

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 20 Ruheshi 2017 saa 04:32
Yasomwe : 7074
0 0

Ubutegetsi bw’igihugu ca Somaliya bumenyesha ko abantu 10 aribo bapfuye bahitanywe n’ibisasu vyatezwe ku murwa mukuru w’igihugu ca Somaliya.

Amakuru dukesha BBC amenyesha ko imodoka yarimwo ibisasu biturika yagerageje kwinjira ikoresheje inguvu, irenganye abajejwe umutekano bari bacunze ahari inyubakwa ya Reta, muri komine ya Wadajir.

Amakuru ava muri ako karere ka Wadajir kari mu bumanuko avuga ko benshi mu bapfuye ari abanyagihugu


Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha