Somalia: Umurwanyi wa Al-shabab ari mu minwe y’igisirikare ca Reta

Yanditswe na MUGISHA Van Naris
Kuya 1er Ruheshi 2017 saa 08:04
Yasomwe : 7434
0 0

Umushikiranganji wo kumenyesha amakuru mu gihugu ca Somaliya Omar Osman amenyesha ko hari umurwanyi w’umurwi Al-shabab ari mu minwe y’igisirikare c’igihugu.

Amakuru ava i Mogadiscio ku murwa mukuru w’igihugu ca Somaliya amenyesha ko uwo murwanyi atafashwe nk’abandi ariko ko yatorotse umurwi Al-Shabab,mu gihe yari yahawe igikorwa co kugira ibitero muri iki gihe aba islam bari mu kwezi kw’amapfungo.

Gen Mohamed Ahmed,umwe mu bategetsi b’igisirikare ca Somaliya yamenyesheje ko uwo mugwanyi asanzwe arongoye intara zitatu mu murwi Al-Shabab yari yarungitswe mu ntara ya Hiran isanzwe ibamwo abantu benshi.


Kumenyekanisha

1
ndashimiye j marie 1er-06-2017 à 21:31

Mbega Uwomugwanyi Ntabirwanishoyarafise? Murgbaneza Ntatikize Inganda

2
ndashimiye j marie 1er-06-2017 à 21:31

Mbega Uwomugwanyi Ntabirwanishoyarafise? Murgbaneza Ntatikize Inganda

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha