IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Somalia: Umutegetsi mu gipolisi yahitanywe n’igitero

Somalia: Umutegetsi mu gipolisi yahitanywe n’igitero

mardi 24 Nzero 2017

Umukuru w’igipolisi mu karere ka Shebelle ku birometero 90 mu buraruko bw’umurwa mukuru w’igihugu ca Somaliya Mogadiscio,yaguye mu gitero ca Grenade cakozwe n’abantu bataramenyekana.

Abarongoye igipolisi bamenyesheje ko Major Khalif Abdulle Arfaye yahitanywe n’ibikomere bivuye kuri ico gitero,cakomerekeje abandi bapolisi babiri.

Kugeza ubu, ntanumwe aremera ko ariwe yagize ico gitero,ariko mu gipolisi bavuga ko bishoboka ko ari umuhari Al-Shabab.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.