IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Sudani : Umumenyereza wa mbere w’umugore mu mupira w’amaguru w’abagabo

Sudani : Umumenyereza wa mbere w’umugore mu mupira w’amaguru w’abagabo

mardi 3 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru duhabwa n’urubuga rw’iradio y’abafaransa RFI yo kuri uwu wa kabiri amenyesha ko imbere yuko aba ubu umenyereza w’umurwi Al-Ahly wi Al-Gadaref mu buseruko bwa Khartoum, Salma al-Majidi, yabanje kumenyereza imirwi y’abakiri bato nka Al-Hilal wi Omdurman, hamwe na ville jumelle wo muri Khartoum.

Umumenyereza Al-Majidi yaramenyereje imirwi y’abagabo yo mu cicaro ca 2 nka Nile Halfa na Al-Nahda anayihesha intsinzi mu mahiganwa yo mu mu gihugu ca Sudani, amenyesha ko muri we, umupira w’amaguru ariwo umuha umunezero wa mbere ubaho kw’isi.

N’aho ata mategeko abuza urukino rw’umupira w’amaguru ku bigeme mu gihugu ca Sudani, Reta yaho ntitera intege abigeme bafise impano yo gukina urwo rukino.


Oscar NDAYISHIMIYE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.