IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Ubuganda : Abatavugarumwe na Reta bashimye ingingo yo kwugara (...)

Ubuganda : Abatavugarumwe na Reta bashimye ingingo yo kwugara ibohero

vendredi 20 avril 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko Ingingo yo kwugara iryo bohero yafashwe n’umukuru w’igiporisi mushasha aheruka kugenwa, Martin Okoth Ochola.

Ayo makuru ya BBC, avuga kandi ko, benshi mu bapfungiwe ku biro vy’igiporisi vya Nalufenya mu buseruko bw’igihugu, barengutse muri sentare vyabonetse ko bafise ibikomere.

Abarongoye amashirahamwe y’abaharanira agateka ka zina muntu bavuga ko hari ibibanza vyinshi bizwi canke bitazwi bipfungirwamwo abantu, hakabera ibikorwa vyo gukubagura abantu, bagasaba ko navyo vyokwugarwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.