IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Umukuru w’igihugu ca Zimbabwe Mugabe yanse gutanga imihoho

Umukuru w’igihugu ca Zimbabwe Mugabe yanse gutanga imihoho

Sunday 19 November 2017, by Jean De Dieu

Yamenyeshe ko yumvise ibibazo vyashikirijwe n’abasirikare mu nama bagiranye, vyatumye bamuhagarika ku butegetsi.

Yongeye kandi amenyesha ko ivyo bakoze "vyatewe n’ibibazo vy’ingene igihugu gitwawe no mu mugambwe uri ku butegetsi wa Zanu-PF".


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.