Umupfasoni wa Nelson MANDELA yitavye Imana

Yanditswe na Callixte NDIKUMANA
Kuya 2 Ndamukiza 2018 saa 04:49
Yasomwe :
0 0

Winnie Mandela, umutambukanyi wa Nelson MANDELA yarwanije intwaro ya karyanishamiryango, yitavye Imana kuri uwu wa mbere ku myaka 81.

Winnie Madikizela Mandela, yari umupfasoni w’umukuru w’igihugu wa mbere w’umwirabure wa Afrika y’epfo, Nelson Mandela yitavye Imana mu mwaka w’2013.

Winnie MANDELA yari asanzwe akitswe n’amagara yapfiriye mu bitaro bikuru vyo mu gisagara ca Johannesburg mu gihugu ca Afrika y’epfo.

JPEG - 118.4 ko
Winnie Madikizela Mandela

Kumenyekanisha

TANGA ICIYUMVIRO

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE

Kumenyekanisha

Kumenyekanisha
Kumenyekanisha

Kumenyekanisha