IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Egypte yakuweko igihano c’ugupfa

Uwahoze ari umukuru w’igihugu wa Egypte yakuweko igihano c’ugupfa

mercredi 16 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Sentare nkuru y’igihugu ca Misri yakuye igihano co gupfa ku wahoze arongoye ico gihugu, Mohammed Morsi.

Morsi yari yaciriwe igihano co gupfa kubera uruhara yagize mu gutorokesha abantu mur ntureka zabaye muri ico gihugu, mu mwaka w’2011.

Mohammed Morsi yatorewe kuba umukuru w’igihugu mu mwaka w’2012, ariko aza gukurwa ku butegetsi n’igisirikare inyuma y’umwaka, bivuye ku myiyerekano yo kwiyamiriza amategeko yiwe.

Mohammed Morsi yaciriwe imanza zitandukanye harimwo gupfungwa ubuzima bwiwe bwose yagirizwa iterabwoba, kandi n’ubu akaba akiriko araburanishwa ku bindi vyaha.


IGIHE

Messages

  • Nafurwe ubuzima bwiwe bwose, kuko iyobagiye kubutegetsi bigira surivu mugutoteza abenigihugu, ukamengo nintakorwako. Na nkurunziza twifuza igihe nicashika ciwe, koyofurwa ubuzima bwiwe bwose, burimwaka akazohora azungurutswa uburundi bwose kugira ntituzokwibagire amabi yakoreye abenigihugu. murakoze

  • morodikayi,nimbamwarasaze uwogutuma,umutware atwaranabi wozana,imvugakuri,nka nyenicubahiro, mutamawacu NKURUNZIZA niyirambire,abamaramara bamaramare,izonyanka burundi zidashima,imyakayarirengarenganye ninde yaribwakore,ivyiza,kibi,nukuctwara gushika,yezu agarutse,tuzoguma tumwongeza. tumwongeza.tumwongeza,mpaka, abamwanka bamaramare,

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.