Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Zambiya : Abigeme biga muri kaminuza basabwe kuja aho basomera ibitabo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zambiya : Abigeme biga muri kaminuza basabwe kuja aho basomera ibitabo (...)

Zambiya : Abigeme biga muri kaminuza basabwe kuja aho basomera ibitabo bambaye impuzu ndende

mercredi 9 mai 2018

Iyo kaminuza iri ku murwa mukuru w’igihugu ca Zambiya, Lusaka, yashize amatangazo ku mazu basomeramwo ibitabo, isaba abanyeshuri b’abakobwa kwambara bakikwiza.

Amakuru dukesha urubuga rw’iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko ico gihugu co mu karere ka Afrika y’ubumanuko kicubahiriza imico y’abakera.

Umumenyeshamakuru w’iradiyo y’abongereza BBC mu gihugu ca Zambiya, yavuze ko abanyeshuri bo muri Kaminuza bagerageza kwambara ibijanye n’imideli.

Amakuru ya BBC, avuga ko bamwe mu banyeshuri b’abakobwa bakiriye nabi iyo ngingo, abahungu bamwe nabo bayakira neza abandi bayakira nabi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.