IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Zimbabwe : Umunsi wahariwe urwaruka ugiye guhimbazwa kw’isabukuru ya Robert (...)

Zimbabwe : Umunsi wahariwe urwaruka ugiye guhimbazwa kw’isabukuru ya Robert MUGABE

lundi 27 novembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko uwo munsi w’akaruhuko mu gihugu, wari watowe mu kwezi kw’umunani 2017, n’urwaruka rw’umugambwe uri ku butegetsi ZANU-PF.

Uwo munsi ugiye kwama wibukwa, mu gihe vyitezwe ko umukuru w’igihugu mushasha Emmerson Mnangagwa agena abagize Reta yiwe muri iyi ndwi.

Robert MUGABE yatanze imihoho yo kurongora Zimbabwe, inyuma y’imyaka 37 ari ku butegetsi. Yatanze imihoho inyuma yo kugondozwa n’abasirikare, umugambwe wiwe hamwe n’abanyagihugu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.